Kellyna – Iriba (Official music Video)

#iriba #kellyna #burundi #rwanda

Performer: Kellyna
Audio producer:Young Producer
MM:Jigga Beat
Vidéo Director:Landry SB
Song Writer: B3 Official
Actor :Pacy

|| Special thanks to Glamour Ladies ||

Lyrics

V1)
Burya bibaho
gukunda we ntukundwe
Birababaza umutima
Wallahii

Narakunda kukuraba umbwira Ko
Urwo unkunda ntaworushikako
Uri wenyene mwisi yanje muko
Nkabitega amatwi

Nafashwe bukumbi nisanga
Mwiriba ryurukundo ngusanga
Kukugira wewe ni itunga
Undutira amafranga

B//

Wakoze iki ko umutima  unsaba wewe
Iwawe niho nshaka kuguma nibera
Ubuziraherezo turikumwe

R //

Niyo ntaba uwawe
Nogumye ngusanga hamwe kuri ryariba
Kuko urwo gukunda rusumba inyenyeri
Rutemba nka rya riba

nyegera bébé erega ni jewe nawe
nyegera bébé erga Nije nawe mw’iriba ry’urukundo

V2)
Turagendana tutagenzanya
Turagumana uruwanje  shenge
Ayayaa shenge we

Kandi ukwo tuvugana
Ukwo dukundana
Ukwo tugumana ndata ubwenge shenge we

Mbariza na B3 arabizi ko ngukunda
Narakumanitse nkidarapo
Hari aho umenga ndasara
Kwanza ndabikunda ma
Urabizi ko nkunda akajwi kawe
Nabimye amaso mbima amatwi ni kubwawe
Ngo sinumve  amakosa yawe

B//

Wakoze iki ko umutima  unsaba wewe
Iwawe niho nshaka kuguma nibera
Ubuziraherezo turikumwe

R //

Niyo ntaba uwawe
Nogumye ngusanga hamwe kuri ryariba
Kuko urwo gukunda rusumba inyenyeri
Rutemba nka rya riba

nyegera bébé erega ni jewe nawe
nyegera bébé erga Nije nawe mw’iriba ry’urukundo

For Booking : trustmedia257@gmail.com || +257 72 254 197 Irely Manager

Comment ×

O seu endereço de e-mail não será publicado. Campos obrigatórios são marcados com *